ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nuko batora ibisagara bikurikira*: igisagara ca Kedeshi+ kiri i Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, ica Shekemu+ kiri mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-Aruba+, ari co Heburoni, kiri mu karere k’imisozi ka Yuda.

  • Yosuwa 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ivyo ni vyo bisagara vyashiriweho Abisirayeli bose n’abanyamahanga baba muri bo. Babishizeho kugira ngo uwo wese yishe umuntu atabishaka ahungireyo+, ntahave yicwa n’uwuhora amaraso y’uwishwe, atararenguka imbere y’ishengero ngo bamucire urubanza+.

  • Yosuwa 21:32, 33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Mu karere k’umuryango wa Nafutali hatanzwe ibi bisagara: igisagara uwishe umuntu ahungiramwo+, ari co Kedeshi+ muri Galilaya n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Hamoti-Dori n’amatongo yaho yo kuragiramwo na Karitani n’amatongo yaho yo kuragiramwo. Vyose hamwe vyari ibisagara bitatu.

      33 Ibisagara vyose imiryango y’Abagerushoni yaronse vyari 13 n’amatongo yavyo yo kuragiramwo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika