Matayo 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze Yezu ava i Galilaya aza ku ruzi Yorodani kugira Yohani amubatize+.