ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 21:34-39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Abo mu miryango y’Abamerari+, ni ukuvuga Abalewi basigaye, baronka ibi bisagara mu karere k’umuryango wa Zabuloni+: Yokineyamu+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Karuta n’amatongo yaho yo kuragiramwo, 35 Dimuna n’amatongo yaho yo kuragiramwo na Nahalali+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo. Vyose hamwe vyari ibisagara bine.

      36 Mu karere k’umuryango wa Rubeni hatanzwe ibi bisagara: Bezeri+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Yahazi n’amatongo yaho yo kuragiramwo+, 37 Kedemoti n’amatongo yaho yo kuragiramwo na Mefati n’amatongo yaho yo kuragiramwo. Vyose hamwe vyari ibisagara bine.

      38 Mu karere k’umuryango wa Gadi+ hatanzwe ibi bisagara: igisagara uwishe umuntu ahungiramwo, ari co Ramoti i Gileyadi+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Mahanayimu+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, 39 Heshiboni+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo na Yazeri+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo. Vyose hamwe vyari ibisagara bine.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika