Guharura 21:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ariko Sihoni ntiyemerera Abisirayeli guca mu karere kiwe. Aca akoranya igisoda ciwe cose aja kubatera mu bugaragwa. Ashitse i Yahazi, aca atangura kurwana na bo+.
23 Ariko Sihoni ntiyemerera Abisirayeli guca mu karere kiwe. Aca akoranya igisoda ciwe cose aja kubatera mu bugaragwa. Ashitse i Yahazi, aca atangura kurwana na bo+.