Itanguriro 32:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Yakobo aca abandanya urugendo hanyuma ahura n’abamarayika b’Imana. 2 Akibabona, aca avuga ati: «Iyi ni ikambi y’ingabo z’Imana!» Aho hantu aca ahita Mahanayimu*. 2 Samweli 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo za Sawuli, yari yafashe Ishibosheti+ mwene Sawuli amujabukana i Mahanayimu+.
32 Yakobo aca abandanya urugendo hanyuma ahura n’abamarayika b’Imana. 2 Akibabona, aca avuga ati: «Iyi ni ikambi y’ingabo z’Imana!» Aho hantu aca ahita Mahanayimu*.
8 Ariko Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo za Sawuli, yari yafashe Ishibosheti+ mwene Sawuli amujabukana i Mahanayimu+.