ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 50:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Nuko Yozefu abona abuzukuru ba Efurayimu+, abona n’abana ba Makiri+ umuhungu wa Manase. Yabafata nk’abana biwe bwite*.

  • Guharura 26:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Abakomotse kuri Manase+ bari aba: Makiri+, ari we yakomotseko umuryango w’Abamakiri. Makiri ni we yavyaye Gileyadi+, kandi Gileyadi ni we yakomotseko umuryango w’Abagileyadi.

  • Gusubira mu vyagezwe 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Gileyadi na yo nayihaye Makiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika