Yosuwa 16:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Akarere abakomoka kuri Yozefu+ bahawe biciye ku bupfindo+ kava ku ruzi Yorodani hafi y’i Yeriko, kakagenda kerekeza ku mazi ari mu buseruko bwa Yeriko. Kaca gaca mu bugaragwa bwaduga buvuye i Yeriko bugashika mu misozi y’i Beteli+. Yosuwa 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Karaheza kakamanuka mu burengero ku rubibe rw’Abayafuleti, kakagenda gushika ku rubibe rwa Beti-Horoni+ y’Epfo n’i Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga.
16 Akarere abakomoka kuri Yozefu+ bahawe biciye ku bupfindo+ kava ku ruzi Yorodani hafi y’i Yeriko, kakagenda kerekeza ku mazi ari mu buseruko bwa Yeriko. Kaca gaca mu bugaragwa bwaduga buvuye i Yeriko bugashika mu misozi y’i Beteli+.
3 Karaheza kakamanuka mu burengero ku rubibe rw’Abayafuleti, kakagenda gushika ku rubibe rwa Beti-Horoni+ y’Epfo n’i Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga.