-
Yosuwa 17:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Mu karere ka Isakari n’aka Asheri, bene Manase baronse Beti-Sheyani n’udusagara tuhegukira*, Ibuleyamu+ n’udusagara tuhegukira na Dori+ n’ababayo n’udusagara tuhegukira. Baronse na Eni-Dori+ n’ababayo n’udusagara tuhegukira, Tanaki+ n’ababayo n’udusagara tuhegukira, na Megido n’ababayo n’udusagara tuhegukira, ibisagara bitatu biri mu misozi.
-