Abacamanza 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuri uwo musi, Debora+ na Baraki+ mwene Abinowamu baririmba iyi ndirimbo+ bati: Abacamanza 5:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Abami baje, bararwana.Abami b’i Kanani barwaniye+ i Tanaki,iruhande y’amazi y’i Megido+. Ariko nta feza basahuye+.
19 Abami baje, bararwana.Abami b’i Kanani barwaniye+ i Tanaki,iruhande y’amazi y’i Megido+. Ariko nta feza basahuye+.