1 Samweli 14:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Muka Sawuli yitwa Ahinowamu, yari umukobwa wa Ahimasi. Umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+. Yari mwene Neri, sewabo wa Sawuli.
50 Muka Sawuli yitwa Ahinowamu, yari umukobwa wa Ahimasi. Umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+. Yari mwene Neri, sewabo wa Sawuli.