Itanguriro 5:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nuko amwita Nowa*+, avuga ati: «Uyu azoturuhurira mu gikorwa cacu, igikorwa kiruhisha dukora kubera iyi si Yehova yavumye+.»
29 Nuko amwita Nowa*+, avuga ati: «Uyu azoturuhurira mu gikorwa cacu, igikorwa kiruhisha dukora kubera iyi si Yehova yavumye+.»