ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Mfise rero umugambi wo kwubaka inzu yitirirwa izina rya Yehova Imana yanje. Ni vyo Yehova yasezeraniye dawe Dawidi ati: “Umuhungu wawe nzoshira ku ntebe yawe y’ubwami ngo agusubirire, ni we azokwubaka inzu yitirirwa izina ryanje+.”

  • 1 Ngoma 22:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ni we azokwubaka inzu yitirirwa izina ryanje+. Azombera umwana nanje ndamubere se+. Nzotuma ubutegetsi bwiwe bukomera muri Isirayeli ibihe vyose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika