Zaburi 89:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 «Naragiraniye isezerano n’uwo nitoreye+.Nararahiye Dawidi umusavyi wanje+ nti: 4 “Nzoshigikira uruvyaro* rwawe+ ibihe vyose,kandi nzokomeza intebe yawe y’ubwami uko urunganwe ruzokurikira urundi+.”» (Sela*) Yesaya 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ubutware* bwiwe buzokwira hose,kandi amahoro ntazogira iherezo+ku ntwaro* ya Dawidi+ no mu bwami bwiwe.Buzokomezwa+ bushigikirwebiciye ku butungane+ n’ubugororotsi+,kuva ubu no gushika ibihe bidahera. Umwete wa Yehova Nyeningabo ni wo uzobikora. Daniyeli 2:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Mu misi y’abo bami, Imana yo mw’ijuru izoshiraho ubwami+ butazokwigera busenyurwa+, kandi ubwo bwami ntibuzoganzwa n’irindi hanga+. Buzojanjagura buherengeteze ubwo bwami bwose+, buce buhangama ibihe vyose ari bwonyene+.
3 «Naragiraniye isezerano n’uwo nitoreye+.Nararahiye Dawidi umusavyi wanje+ nti: 4 “Nzoshigikira uruvyaro* rwawe+ ibihe vyose,kandi nzokomeza intebe yawe y’ubwami uko urunganwe ruzokurikira urundi+.”» (Sela*)
7 Ubutware* bwiwe buzokwira hose,kandi amahoro ntazogira iherezo+ku ntwaro* ya Dawidi+ no mu bwami bwiwe.Buzokomezwa+ bushigikirwebiciye ku butungane+ n’ubugororotsi+,kuva ubu no gushika ibihe bidahera. Umwete wa Yehova Nyeningabo ni wo uzobikora.
44 Mu misi y’abo bami, Imana yo mw’ijuru izoshiraho ubwami+ butazokwigera busenyurwa+, kandi ubwo bwami ntibuzoganzwa n’irindi hanga+. Buzojanjagura buherengeteze ubwo bwami bwose+, buce buhangama ibihe vyose ari bwonyene+.