-
Yesaya 66:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 «Nzoshira ikimenyetso hagati yabo. Bamwe mu bacitse kw’icumu nzobarungika mu mahanga atumvise inkuru zinyerekeye canke ngo abone ubuninahazwa bwanje. Ayo mahanga ni Tarushishi+, Puli na Ludi+, amahanga arimwo abafora imiheto, Tubali, Yavani+ n’amazinga ya kure. Bazomenyekanisha ubuninahazwa bwanje mu mahanga+.
-