ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 16:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mu nyuma umwami Ahazi aja i Damasiko kubonana na Tigulati-Pileseri umwami wa Ashuri. Umwami Ahazi abonye igicaniro cari i Damasiko, aca arungikira umuherezi Uriya umugero werekana ukuntu kimeze n’ukuntu gikozwe+. 11 Nuko umuherezi Uriya+ yubaka ico gicaniro+, akurikije amakuru yose umwami Ahazi yamurungikiye ari i Damasiko. Yarangije kucubaka imbere y’uko umwami Ahazi agaruka avuye i Damasiko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika