2 Abami 16:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ahazi+ mwene Yotamu umwami w’Ubuyuda yabaye umwami mu mwaka ugira 17 Peka mwene Remaliya aganza. 2 Abami 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yagumye nyabuna akurikiza akarorero kabi k’abami ba Isirayeli+, aturira n’umuhungu wiwe, amutangako ikimazi*+. Yiganye imigenzo ishisha y’amahanga+ Yehova yari yaromoye akabisa Abisirayeli.
3 Yagumye nyabuna akurikiza akarorero kabi k’abami ba Isirayeli+, aturira n’umuhungu wiwe, amutangako ikimazi*+. Yiganye imigenzo ishisha y’amahanga+ Yehova yari yaromoye akabisa Abisirayeli.