ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Umuntu niyampemukira* akaja kwitura abakora ivyo guhanuza abapfuye+ hamwe na ba rumenyi+, nzomurwanya kandi nzomwica+.

  • Gusubira mu vyagezwe 18:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Muri mwebwe ntihaze haboneke uwuturira umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe ngo amutangeko ikimazi+, uwupfumura+, uwukora ivy’amageza+, uwuragura+, umurozi+, 11 uwugundika* abandi, uwuhanuza abavugana n’abapfuye+, rumenyi+ canke uwuvugana n’abapfuye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika