2 Abami 23:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Akura ya nkingi nyeranda y’igiti+ mu nzu ya Yehova, ayijana inyuma ya Yeruzalemu ku mwonga Kidironi, ayituririrayo+. Hanyuma arayisya icika ifu, aca ayisanzariza ku mva z’abantu batobato+.
6 Akura ya nkingi nyeranda y’igiti+ mu nzu ya Yehova, ayijana inyuma ya Yeruzalemu ku mwonga Kidironi, ayituririrayo+. Hanyuma arayisya icika ifu, aca ayisanzariza ku mva z’abantu batobato+.