ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 21:19-24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Amoni+ yari afise imyaka 22 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka ibiri aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Meshulemeti, akaba yari umukobwa wa Haruzi w’i Yotiba. 20 Yagumye akora ivyo Yehova abona ko ari bibi nka se Manase+. 21 Yagumye akora nk’ivyo se yakoze vyose, agasenga* ibigirwamana bisesemye se yahora asenga, akavyunamira+. 22 Nuko aheba Yehova Imana ya ba sekuruza, ntiyakora ivyo Yehova agomba*+. 23 Mu nyuma abasuku ba Amoni bategura umugambi wo kumugirira nabi, maze bamwicira mu nzu iwe. 24 Mugabo abanyagihugu bica abantu bose bari muri uwo mugambi wo kwica umwami Amoni, maze bimika umuhungu wiwe Yosiya ngo aganze mu kibanza ciwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika