Yeremiya 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Boba bamaramazwa n’ibintu bishisha bakora? Ntibamaramara namba. Ntibazi n’ico ari co kugira isoni+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu baguye. Ninabahana bazotsitara+”, ni ko Yehova avuze.
12 Boba bamaramazwa n’ibintu bishisha bakora? Ntibamaramara namba. Ntibazi n’ico ari co kugira isoni+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu baguye. Ninabahana bazotsitara+”, ni ko Yehova avuze.