ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Maze arasemerera abwira nya gicaniro ivyo Yehova yamutegetse kuvuga, akibwira ati: «Ewe wa gicaniro, wa gicaniro! Yehova avuze ati: “Hari umuhungu yitwa Yosiya+ azovuka mu muryango wa Dawidi. Azogutangako abaherezi bakorera mu bibanza vyo gusengeramwo*, babe ibimazi. Ni bamwe bagutangako ibimazi bigafumba umwotsi. Azoturirira n’amagufa y’abantu kuri wewe+.”»

  • 2 Abami 23:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Yosiya ahindukiye akabona imva zari ku musozi, aca ategeka ko bakura amagufa yarimwo bakayaturirira kuri nya gicaniro c’i Beteli kugira ngo agihumanye. Ivyo vyari bihuye n’ivyo Yehova yari yaravuze, biciye kuri wa muntu w’Imana y’ukuri yamenyesha ko ivyo bintu vyobaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika