ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Vyongeye, ashiraho imigwi y’abaherezi+ ku bw’ibikorwa vyo ku rusengero yisunze ivyo se Dawidi yashinze. Ashinga n’Abalewi ibikorwa kugira ngo bazoze barashemeza Imana+ bongere bayikorere bari kumwe n’Abaherezi nk’uko vyagirwa buri musi. Ashiraho n’imigwi y’abarinzi b’amarembo bo kurinda amarembo+ atandukanye. Ivyo yabigize akurikije ivyo wa muntu w’Imana y’ukuri Dawidi yategetse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika