ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 29:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ni co gituma Yehova yashavuriye abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu+, akabateza ivyago ku buryo ababitegereza bajorerwa bakumirwa, bakavuza agahwa*, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu+.

  • Daniyeli 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Warashikije ivyo wari waravuze ko uzodukorera+, twe n’abatware bahoze badutwara*, mu kutuzanako ivyago bikomeye. Munsi y’ijuru, nta vyago nk’ivyashikiye Yeruzalemu vyari bwigere bibaho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika