Yesaya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko yabo,ibintu iminwe yabo yakoze. Yeremiya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mbega hari ihanga ryigeze gukaba imana zaryo, rikazikaba ibitari imana? Mugabo abantu banje bwite bafashe ubuninahazwa bwanje babukaba ibitagira akamaro+.
8 Igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko yabo,ibintu iminwe yabo yakoze.
11 Mbega hari ihanga ryigeze gukaba imana zaryo, rikazikaba ibitari imana? Mugabo abantu banje bwite bafashe ubuninahazwa bwanje babukaba ibitagira akamaro+.