2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nuko Imana ituma umwami w’Abakaludaya+ aza kubatera, yicisha+ inkota imisore yabo mu nzu yabo nyeranda+, ntiyumvira akagongwe umusore canke umwigeme, uwushaje canke uwugoyagoya+. Imana yaramuhaye vyose+.
17 Nuko Imana ituma umwami w’Abakaludaya+ aza kubatera, yicisha+ inkota imisore yabo mu nzu yabo nyeranda+, ntiyumvira akagongwe umusore canke umwigeme, uwushaje canke uwugoyagoya+. Imana yaramuhaye vyose+.