ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Yari afise n’ivyariho+ 3.300 bijejwe guhagarikira abakozi.

  • 1 Abami 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ariko mu Bisirayeli nta n’umwe Salomo yagize umushumba+. Bobo yabagize abarwanyi, abasuku, abatware, ibisongerezi, abakuru b’abatwara imikogote n’abakuru b’abagendera ku mafarasi.

  • 2 Ngoma 2:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Maze Salomo aharura abantu bose b’abanyamahanga baba mu gihugu ca Isirayeli+, haboneka 153.600. Yabaharuye inyuma ya rwa rusansuma se Dawidi yagira+. 18 Atora 70.000 muri bo abagira abakozi basanzwe*, abandi 80.000 abazeza kuringaniza amabuye+ mu misozi, abantu 3.600 na bo abagira abahagarikizi bajejwe gukoresha abantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika