1 Abami 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hiramu umwami w’i Tiro+ yumvise ko Salomo ari we yarobanujwe amavuta* ngo aganze mu kibanza ca se, aca arungika abasuku biwe kwa Salomo. Mu bisanzwe, Hiramu yamye ari umugenzi wa Dawidi*+.
5 Hiramu umwami w’i Tiro+ yumvise ko Salomo ari we yarobanujwe amavuta* ngo aganze mu kibanza ca se, aca arungika abasuku biwe kwa Salomo. Mu bisanzwe, Hiramu yamye ari umugenzi wa Dawidi*+.