ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Ariko none Mana, vy’ukuri uzoba kw’isi+? N’ijuru iyo riva rikagera ntirishobora kugukwira+, nkanswe iyi nzu nubatse+!

  • Yesaya 66:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 66 Yehova avuze ati:

      «Ijuru ni yo ntebe yanje y’ubwami, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+.

      None ni inzu nyabaki mushobora kunyubakira+,

      kandi ahantu noruhukira ni hehe+?»

  • Ivyakozwe 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Imana yaremye* isi n’ibintu vyose biri muri yo, ikaba ari yo Mukama w’ijuru n’isi+, ntiba mu nsengero zakozwe n’amaboko y’abantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika