1 Abami 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ndagusavye rero utegeke abantu bawe bancire amasederi y’i Libani+. Abakozi banje bazokorana n’abawe. Kandi abakozi bawe nzobahemba ivyo uzonsaba kuko uzi neza yuko ata n’umwe muri twebwe azi guca ibiti nk’Abanyasidoni+.» 1 Abami 5:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nuko Hiramu arungikira Salomo ubutumwa bugira buti: «Ubutumwa wandungikiye bwaranshikiriye. Nzokuronsa ibiti vyose wipfuza vy’amasederi n’ivy’imiberoshi*+. 2 Ngoma 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Inyubakwa nkuru yayihometseko imbaho z’umuberoshi, hanyuma arenzako inzahabu+ nzizanziza, araheza ayishushanyako ibigazi+ n’iminyororo+.
6 Ndagusavye rero utegeke abantu bawe bancire amasederi y’i Libani+. Abakozi banje bazokorana n’abawe. Kandi abakozi bawe nzobahemba ivyo uzonsaba kuko uzi neza yuko ata n’umwe muri twebwe azi guca ibiti nk’Abanyasidoni+.»
8 Nuko Hiramu arungikira Salomo ubutumwa bugira buti: «Ubutumwa wandungikiye bwaranshikiriye. Nzokuronsa ibiti vyose wipfuza vy’amasederi n’ivy’imiberoshi*+.
5 Inyubakwa nkuru yayihometseko imbaho z’umuberoshi, hanyuma arenzako inzahabu+ nzizanziza, araheza ayishushanyako ibigazi+ n’iminyororo+.