1 Abami 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Amato* ya Hiramu yava i Ofiri+, akaza azanye inzahabu n’ibiti vyinshi cane vyitwa alumugi*+ hamwe n’amabuye y’agaciro+.
11 Amato* ya Hiramu yava i Ofiri+, akaza azanye inzahabu n’ibiti vyinshi cane vyitwa alumugi*+ hamwe n’amabuye y’agaciro+.