1 Abami 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Buri kwezi yarungika i Libani umugwi w’abantu 10.000. Baca bamarayo ukwezi kumwe, yandi abiri bakayamara mu ngo zabo. Adoniramu+ ni we yari ahagarikiye abahamagariwe gukora ibikorwa vy’umwami.
14 Buri kwezi yarungika i Libani umugwi w’abantu 10.000. Baca bamarayo ukwezi kumwe, yandi abiri bakayamara mu ngo zabo. Adoniramu+ ni we yari ahagarikiye abahamagariwe gukora ibikorwa vy’umwami.