1 Samweli 17:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Dawidi na we yishura uwo Mufilisitiya ati: «Uje kundwanya witwaje inkota n’amacumu+, mugabo jewe nje kukurwanya nserukiye Yehova* Nyeningabo+, Imana y’Abisirayeli batonze urugamba, Imana wasomborokeje*+. Zaburi 20:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Tuzokwiha akaruru k’umunezero kubera ubukiriro utanga+.Tuzoduza utudarapo twacu mw’izina ry’Imana yacu+. Ese Yehova yoguha ivyo umusaba vyose. Imigani 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Izina rya Yehova ni umunara ukomeye+. Umugororotsi arawuhungiramwo agakingirwa*+.
45 Dawidi na we yishura uwo Mufilisitiya ati: «Uje kundwanya witwaje inkota n’amacumu+, mugabo jewe nje kukurwanya nserukiye Yehova* Nyeningabo+, Imana y’Abisirayeli batonze urugamba, Imana wasomborokeje*+.
5 Tuzokwiha akaruru k’umunezero kubera ubukiriro utanga+.Tuzoduza utudarapo twacu mw’izina ry’Imana yacu+. Ese Yehova yoguha ivyo umusaba vyose.