1 Abami 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Hiramu yumvise ivyo Salomo yavuze, aranezerwa cane. Avuga ati: «Yehova ashemezwe uyu musi, kuko yahaye Dawidi umuhungu w’inkerebutsi ngo aganze aba bantu benshi+!»
7 Hiramu yumvise ivyo Salomo yavuze, aranezerwa cane. Avuga ati: «Yehova ashemezwe uyu musi, kuko yahaye Dawidi umuhungu w’inkerebutsi ngo aganze aba bantu benshi+!»