-
Gusubira mu vyagezwe 33:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Ku bijanye na Lewi, yavuze+ ati:
Waramurwanije kuri ya mazi y’i Meriba+,
-
2 Ngoma 17:8, 9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Bari kumwe n’aba Balewi: Shemaya, Netaniya, Zebadiya, Asaheli, Shemiramoti, Yehonatani, Adoniya, Tobiya na Tobi-Adoniya. Bari kumwe kandi n’abaherezi Elishama na Yehoramu+. 9 Batora igitabu c’amategeko ya Yehova+ batangura kwigisha mu Buyuda. Baraheza bazunguruka mu bisagara vyose vy’Ubuyuda bigisha abantu.
-
-
-