2 Ngoma 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Akora n’irido+ mu nyuzi z’ubururu, mu bwoya busa n’umuyugubwe*, mu nyuzi zitukura* no mu gitambara ciza, ayidesako abakerubi*+.
14 Akora n’irido+ mu nyuzi z’ubururu, mu bwoya busa n’umuyugubwe*, mu nyuzi zitukura* no mu gitambara ciza, ayidesako abakerubi*+.