ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ndagusavye rero utegeke abantu bawe bancire amasederi y’i Libani+. Abakozi banje bazokorana n’abawe. Kandi abakozi bawe nzobahemba ivyo uzonsaba kuko uzi neza yuko ata n’umwe muri twebwe azi guca ibiti nk’Abanyasidoni+.»

  • 1 Abami 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Nuko Hiramu arungikira Salomo ubutumwa bugira buti: «Ubutumwa wandungikiye bwaranshikiriye. Nzokuronsa ibiti vyose wipfuza vy’amasederi n’ivy’imiberoshi*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika