9 Abakozi banje bazobimanukana ku kiyaga babikuye i Libani. Nzoca ndabifatanya nk’amasaso, ndabirungike bireremba ku kiyaga gushika ahantu uzoba wambwiye. Bihashitse nzoca ndabitanya, uheze ubitware. Nawe uzoza urandungikira ibifungurwa vy’abo mu rugo rwanje+.»