1 Ngoma 22:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nuko Dawidi ategeka ko bakoranya abanyamahanga+ bari mu gihugu ca Isirayeli. Maze abashinga igikorwa co gusatura no kuringaniza amabuye yo kwubakisha inzu y’Imana y’ukuri+.
2 Nuko Dawidi ategeka ko bakoranya abanyamahanga+ bari mu gihugu ca Isirayeli. Maze abashinga igikorwa co gusatura no kuringaniza amabuye yo kwubakisha inzu y’Imana y’ukuri+.