17 Abo bakozi barimba amabuye maninimanini azimvye+ nk’uko umwami yari yabibategetse, maze bakayabaza. Ayo mabuye+ yari ayo kwubakisha umushinge+ w’inzu y’Imana. 18 Abubatsi ba Salomo n’aba Hiramu be n’Abagebali+ barabaza amabuye, bakayatunganya, bagatunganya n’ibiti kugira bazovyubakishe iyo nzu.