ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 16:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ico gihe ni ho Rezini umwami wa Siriya na Peka mwene Remaliya umwami wa Isirayeli baduga gutera Ahazi i Yeruzalemu+. Barahugarije mugabo ntibashoboye kuhafata. 6 Rezini umwami wa Siriya araheza asubiza Abanyedomu igisagara ca Elati+, hanyuma yomora Abayuda babayo. Maze Abanyedomu bagaruka kuba i Elati, kandi baracabayo gushika n’uyu musi.

  • 2 Ngoma 24:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Naho abo basoda b’Abasiriya bateye ari bake, Yehova yarabafashije gutsinda ingabo nyinshi cane+, kubera ko abantu bo mu Buyuda bari barahevye Yehova Imana ya ba sekuruza. Nuko bashitsa* kuri Yehowasi urubanza yaciriwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika