Abacamanza 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova aca ashavurira cane Abisirayeli, bituma abakurako amaboko, abasahuzi barabasahura+. Abatanga* ku bansi bari babakikuje+. Abisirayeli ntibaba bagishobora abansi babo+. Abacamanza 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova aca ashavurira cane Abisirayeli maze abatanga* ku mwami wa Mezopotamiya* yitwa Kushani-Rishatayimu. Abisirayeli bamara imyaka umunani baganzwa* na Kushani-Rishatayimu.
14 Yehova aca ashavurira cane Abisirayeli, bituma abakurako amaboko, abasahuzi barabasahura+. Abatanga* ku bansi bari babakikuje+. Abisirayeli ntibaba bagishobora abansi babo+.
8 Yehova aca ashavurira cane Abisirayeli maze abatanga* ku mwami wa Mezopotamiya* yitwa Kushani-Rishatayimu. Abisirayeli bamara imyaka umunani baganzwa* na Kushani-Rishatayimu.