2 Ngoma 25:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mugabo Amaziya agarutse avuye kwica Abanyedomu, aza azanye imana z’abantu b’i Seyiri araheza azigira imana ziwe+. Nuko atangura kuzunamira no kuzishikanira ibimazi bigafumba umwotsi.
14 Mugabo Amaziya agarutse avuye kwica Abanyedomu, aza azanye imana z’abantu b’i Seyiri araheza azigira imana ziwe+. Nuko atangura kuzunamira no kuzishikanira ibimazi bigafumba umwotsi.