Kuvayo 23:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ntimuze mwunamire imana zabo canke ngo mwoshwe kuzisenga*, kandi ntimuze mwigane imigenzo yabo+. Ahubwo muzozimenagure, musavye n’inkingi nyeranda zabo z’amabuye+.
24 Ntimuze mwunamire imana zabo canke ngo mwoshwe kuzisenga*, kandi ntimuze mwigane imigenzo yabo+. Ahubwo muzozimenagure, musavye n’inkingi nyeranda zabo z’amabuye+.