9 Nuko Yeshuwa n’abahungu biwe na benewabo, na Kadumiyeli n’abahungu biwe, abo bose bakaba bakomoka kuri Yuda*, baja hamwe bahagarikira abakora igikorwa co mu nzu y’Imana y’ukuri. Bafadikanije na bene Henadadi+, abahungu babo na benewabo b’Abalewi.
8 Abalewi bari Yeshuwa, Binuwi, Kadumiyeli+, Sherebiya, Yuda na Mataniya+. Mataniya na benewabo ni bo baja imbere mu bijanye n’indirimbo zo gukengurukira Imana.