Nehemiya 7:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Abarinzi b’amarembo+ bari aba: abahungu ba Shalumu, aba Ateri, aba Talimoni, aba Akubu+, aba Hatita n’aba Shobayi. Bari 138.
45 Abarinzi b’amarembo+ bari aba: abahungu ba Shalumu, aba Ateri, aba Talimoni, aba Akubu+, aba Hatita n’aba Shobayi. Bari 138.