Nehemiya 7:66-69 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 66 Abantu bose bari bagize iryo shengero bari 42.360+. 67 Aho ntidushizemwo abashumba babo n’abashumbakazi+ babo 7.337. Bari bafise n’abaririmvyi be n’abaririmvyikazi+ 245. 68 Bari bafise amafarasi 736, inyumpu* 245, 69 ingamiya 435 n’indogobwa 6.720. Yesaya 10:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Amasigarira gusa, ni ukuvuga amasigarira ya Yakobo,ni yo azogaruka kuri ya Mana ikomeye+. Yeremiya 23:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 «Nzoca nkoraniriza hamwe intama zanje zisigaye, ndazikuye mu bihugu vyose nazishwiragijemwo+. Nzozigarukana aho zahora ziragirirwa+ maze zirondoke, zigwire+.
66 Abantu bose bari bagize iryo shengero bari 42.360+. 67 Aho ntidushizemwo abashumba babo n’abashumbakazi+ babo 7.337. Bari bafise n’abaririmvyi be n’abaririmvyikazi+ 245. 68 Bari bafise amafarasi 736, inyumpu* 245, 69 ingamiya 435 n’indogobwa 6.720.
3 «Nzoca nkoraniriza hamwe intama zanje zisigaye, ndazikuye mu bihugu vyose nazishwiragijemwo+. Nzozigarukana aho zahora ziragirirwa+ maze zirondoke, zigwire+.