-
Nehemiya 7:70-72Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
70 Bamwe mu bakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango* ya Isirayeli baratanze intererano yo gushigikira igikorwa+. Buramatari* yatanze amadarakima* 1.000 y’inzahabu, amabakure 50 n’amakanzu+ 530 y’abaherezi, ngo bishirwe mu kigega. 71 Abandi bakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango ya Isirayeli batanga amadarakima 20.000 y’inzahabu n’imina* 2.200 z’ifeza ngo bishirwe mu kigega c’ico gikorwa. 72 Abandi bantu na bo batanga amadarakima 20.000 y’inzahabu, imina 2.000 z’ifeza n’amakanzu 67 y’abaherezi.
-