Kuvayo 20:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Muze munyubakire igicaniro c’ivu, abe ari co mutangirako amashikanwa aturirwa, ibimazi vyo gusangira* be n’ibitungwa vyanyu. Ahantu hose nzohitamwo ko izina ryanje ryibukirwa+, nzohabasanga ndabahezagire. Kuvayo 40:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ashira ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa+ ku bwinjiriro bw’ihema ryeranda, ari ryo rya hema ry’ibonaniro, kugira agitangireko amashikanwa aturirwa+ n’amashikanwa y’intete, nk’uko Yehova yari yabimutegetse.
24 Muze munyubakire igicaniro c’ivu, abe ari co mutangirako amashikanwa aturirwa, ibimazi vyo gusangira* be n’ibitungwa vyanyu. Ahantu hose nzohitamwo ko izina ryanje ryibukirwa+, nzohabasanga ndabahezagire.
29 Ashira ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa+ ku bwinjiriro bw’ihema ryeranda, ari ryo rya hema ry’ibonaniro, kugira agitangireko amashikanwa aturirwa+ n’amashikanwa y’intete, nk’uko Yehova yari yabimutegetse.