Kuvayo 23:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Muzohimbaza kandi umusi mukuru w’iyimbura* ry’ivyeze ubwa mbere mu vyo mwateye mu mirima+ be n’umusi mukuru wo gusozera iyimbura* mu mpera z’umwaka, igihe muzoba muriko muregeranya ivyo mwimbuye mu mirima+. Abalewi 23:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 «Bwira Abisirayeli uti: “Umusi ugira 15 w’ukwo kwezi kw’indwi uzoba ari umusi mukuru w’insago*. Muzomara imisi indwi muhimbariza Yehova uwo musi mukuru+.
16 Muzohimbaza kandi umusi mukuru w’iyimbura* ry’ivyeze ubwa mbere mu vyo mwateye mu mirima+ be n’umusi mukuru wo gusozera iyimbura* mu mpera z’umwaka, igihe muzoba muriko muregeranya ivyo mwimbuye mu mirima+.
34 «Bwira Abisirayeli uti: “Umusi ugira 15 w’ukwo kwezi kw’indwi uzoba ari umusi mukuru w’insago*. Muzomara imisi indwi muhimbariza Yehova uwo musi mukuru+.