ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Ibi ni vyo uzokwama ushikana kuri ico gicaniro buri musi+: amasuguru abiri y’intama amaze umwaka umwe.

  • Guharura 29:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ku musi ugira 15 w’ukwezi kugira indwi, muzogira ikoraniro ryeranda. Ntimukwiye gukora igikorwa na kimwe kiruhisha. Muzomara imisi indwi muhimbaza umusi mukuru wa Yehova+. 13 Iri ni ryo shikanwa riturirwa+ muzoshikanira Yehova kugira rimubere akamoto keza*: ishuri 13 zikiri nto, impfizi z’intama 2 hamwe n’imyagazi y’intama 14 umwumwe wose umaze umwaka. Vyose bikwiye kuba bitagira akanenge+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika